Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya

Umugabo yicaye hejuru afise indidiri yiwe ikoreshwa umuyaga nkuba. Source: Dr. Terrence Underwood/ Unsplash
Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.
Share