Abanyarwanda guhimbaza umuco n'akaranga mu gihe Australia yugarijwe na coronavirus

Umurwi w'abantu bariko baravuza ingoma z'ikinyarwanda mu ntara ya Queensland. Source: Rwandan Associan of Queensland/facebook
Umuco n'akaranga nivyo biranga abene gihugu kanaka. Muri Queensland, abanyrwanda bariteguye guhimbaza imico n'akaranga hirya y'ikiza COVID-19 kigisibije.
Share